Kaze 😃. Ngaha

turahindura

Code ubwayo ntihagije

Gutahura niryo shimikiro ryacu

Kuri clavier twandika imirongo myinshi cane gose ya </code> ariko mubuzima bwa misi yose dukemura ibibazo. Gutegera neza ibitagenda neza bituma dutora inyishu nziza y’ikibazo. Twibanda cane mugutegera.

Code ni mpuzamakungu ariko abayandika bagatandukana

Dukoresha langages de programation zimwe ariko dukemura ibibazo bitandukanye kubakiriya bafise intego n’imigambi bitandukanye. Duhinyanyura ivyo dukora twisunze ibikenewe kuri umwumwe wese.

Dukora ivyo dukunda, Dukunda ivyo dukora

Kira munyamuryango wa HOGI yamaze imyaka irenga 5 yiga kandi yongera akora kumigambi itandukanye yishimisha. Kuri twebwe, kwandika code birengeye cane guca amafaranga, kwandika code bigize ubuzima bwacu bwa misi yose, n’umunezero wacu.

Hogi Online, umu hebergeur mushobora mushobora kwizera

Imyitwarariko yacu

Ugukinga niwo mwitwarariko wacu

Kuri application iyo ariyo yose dukorako, haba hari abahinga muvyo gukinga. Turafatana uburemere ibijanye no gukingira ivyo muyakoreramwo

Ubukerebutsi nibwo buturanga

Ntanumwe akunda ivyikwega. Mugucungura umwanya, turagabanya uburemere bw'akantu kose kagize application kugira yuguruke bukwi na bukwi.

Ukworosha nirwo rurimi rwacu

Dukemura ibibazo vy'inganzamarumpu mugukora application zoroshe gukoresha kandi zikwije vyose.

Dukunda ibintu bisa neza

Kuki twotanga ibitabereye ijisho kandi bishoboka ko kudokora igihushane cavyo? turi neza kandi dukunda ibibereye ijisho.

HOGI Academy, ishure ribaha intango nshasha mu vy'ubuhinga bwa none

Twebwe

yuda

Yuda

Uwushushanya

konstructor

Nkurunziza

Umwubatsi & Umuhinyitsi

incognito

Incogito

Umuyobozi w'ibikorwa

Ibikorwa bimwe bimwe

Turabafasha gutunganya ibikorwa

CSD Team web app

Ibirimba

Bimbo supermarket management web app

Ububiko/Urudandaza

Podika.net user landing page

Amareresi

Canke mwifuza urubuga interenete rusanzwe?

Rushushanya ibikorwa vyanyu

Baradushingira intahe

HOGI numufatanyabikorwa wo kwizera kandi akurikirana neza imbuga, ama logiciels hamwe nĂ­vyuma dukoresha. Nkumuyobozi wa Jimbere Magazine, maze umwaka urenga nkorana na HOGI kandi nishimiye serevisi zabo. Buri gihe bahora bitabira, bashishikaye guhuza ivyifuzo vyacu. Badufasha kunoza imikorere yurubuga rwacu rwa jimberemag.org, umutekano no gukoreshwa, ndetse no gukemura ibibazo vyose bivuka ku ma logiciels hamwe n'ivyuma dukoresha. Ndaranga caane HOGI kubantu bose bashaka abahinga bizewe.
Logo du Magazine Jimbere
Roland Rugero
Umushingwa bikorwa mukuru
Serivisi ya HOGI kuri Institut Français du Burundi yabaye iyagatangaza. Uko bashushanya n'ubukomezi bakoranye urubuga rwacu rwa interinete birashimishije cane. Urubuga rwacu bakoze rwatumye tugaragara caane ku mbuga za interinete. Turaranga cane HOGI ku bantu bose bifuza serivisi zo kurwego rwo hejuru.
Logo Institut Français du Burundi
Prince Charmant Iradukunda
Uwushinzwe itangamakuru
Nkumuyobozi ushinzwe itumatumanako ry'amakuru muri BNDE, Nishimiye caane serivisi zidasanzwe za HOGI. Baradukoreye urubuga rwa interinete rukora neza cane, Urubuga bakoze ruranga ishusho n'ivyemezo ibanki yacu ifise. Ubuhanga n'ubwitange vya HOGI vyatumye tugaragara cane ku mbuga za interinete.
Logo de la Banque Nationale de DĂ©veloppement Economique
Vanessa
Uwushinzwe ihayanishwa

Muri mu kibanza ciza.

Mutugendere

Turakunda abashitsi.
Muhace turamukanye😃👋.